Bản dịch ý nghĩa nội dung Qur'an - 基隆迪语翻译:优素福·库合体

external-link copy
14 : 71

وَقَدۡ خَلَقَكُمۡ أَطۡوَارًا

Mu gihe ari Yo Yabaremye mu rukurikirane rutandukanye[1]; info

[1] Yarabaremye mu ntanga, hanyuma Iziremamwo amaraso avuze; hanyuma Iyaremamwo igihimba c’inyama, hanyuma Ikiremamwo amagufa; hanyuma Iraheza Yambika nya magufa inyama.

التفاسير: