Bản dịch ý nghĩa nội dung Qur'an - 基隆迪语翻译:优素福·库合体

external-link copy
201 : 7

إِنَّ ٱلَّذِينَ ٱتَّقَوۡاْ إِذَا مَسَّهُمۡ طَٰٓئِفٞ مِّنَ ٱلشَّيۡطَٰنِ تَذَكَّرُواْ فَإِذَا هُم مُّبۡصِرُونَ

Mu vy’ukuri, abagamburukira Imana Allah iyo bakozweko n’inyoshambi za shetani, baca bagaruka ku Mana Allah bakigaya, bagashoka bavavanura n’ibicumuro. info
التفاسير: