Bản dịch ý nghĩa nội dung Qur'an - 基隆迪语翻译:优素福·库合体

external-link copy
116 : 7

قَالَ أَلۡقُواْۖ فَلَمَّآ أَلۡقَوۡاْ سَحَرُوٓاْ أَعۡيُنَ ٱلنَّاسِ وَٱسۡتَرۡهَبُوهُمۡ وَجَآءُو بِسِحۡرٍ عَظِيمٖ

Musa abishura ati: “Nipfuza ko ari mwebwe mwotangura”. Bamaze guterera hasi imizana n’inkoni vyabo, barahunitse abantu bose bari ng’aho, ntibaba bakibona nya mizana na nya nkoni nk’uko bisanzwe, baraheza rero kandi babatera n’ubwoba bakoresheje uburozi buhanitse. info
التفاسير: