Bản dịch ý nghĩa nội dung Qur'an - 基隆迪语翻译:优素福·库合体

external-link copy
74 : 4

۞ فَلۡيُقَٰتِلۡ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ ٱلَّذِينَ يَشۡرُونَ ٱلۡحَيَوٰةَ ٱلدُّنۡيَا بِٱلۡأٓخِرَةِۚ وَمَن يُقَٰتِلۡ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ فَيُقۡتَلۡ أَوۡ يَغۡلِبۡ فَسَوۡفَ نُؤۡتِيهِ أَجۡرًا عَظِيمٗا

Abiguze ubuzima bw’inyuma yo gupfa ha guhurumbira ubwo kw’isi, nibaharanire nyabuna idini ry’Imana Allah. Uwo wese rero aharaniye idini ry’Imana Allah azirikana indishi kuri Yo, maze akicwa canke agatsinda, Tuzoheza Tumuhe indishi ihambaye. info
التفاسير: