Bản dịch ý nghĩa nội dung Qur'an - 基隆迪语翻译:优素福·库合体

external-link copy
70 : 4

ذَٰلِكَ ٱلۡفَضۡلُ مِنَ ٱللَّهِۚ وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ عَلِيمٗا

Iyo ni yo ngabirano ihambaye ivuye ku Mana Allah. Burya Imana Allah Irakwiye kuba Izi neza ibikorwa vy’ibiremwa n’indishi ikwiye umwe wese muri vyo. info
التفاسير: