Bản dịch ý nghĩa nội dung Qur'an - 基隆迪语翻译:优素福·库合体

external-link copy
11 : 32

۞ قُلۡ يَتَوَفَّىٰكُم مَّلَكُ ٱلۡمَوۡتِ ٱلَّذِي وُكِّلَ بِكُمۡ ثُمَّ إِلَىٰ رَبِّكُمۡ تُرۡجَعُونَ

Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Umumalayika ajejwe urupfu ari na we abashinzwe, azobakuramwo imishaha ikiringo co kubaho kwanyu nicahera, muce mupfa, hanyuma musubizwe ku Mana yanyu Rurema Allah kugira Ibahembere ivyo mwakoze; ineza ku ciza canke inabi ku kibi”. info
التفاسير: