Bản dịch ý nghĩa nội dung Qur'an - 基隆迪语翻译:优素福·库合体

external-link copy
69 : 18

قَالَ سَتَجِدُنِيٓ إِن شَآءَ ٱللَّهُ صَابِرٗا وَلَآ أَعۡصِي لَكَ أَمۡرٗا

Musa abwira Khadwiri ati: “Imana Allah niyabishaka, uza gusanga nihanganira ivyo nza kubona ugira vyose, kandi sinca kubiri n’ico untegetse gukora”. info
التفاسير: