Përkthimi i kuptimeve të Kuranit Fisnik - Përkthimi kirundisht - Jusuf Ghaiti

external-link copy
48 : 52

وَٱصۡبِرۡ لِحُكۡمِ رَبِّكَ فَإِنَّكَ بِأَعۡيُنِنَاۖ وَسَبِّحۡ بِحَمۡدِ رَبِّكَ حِينَ تَقُومُ

Ntumwa y’Imana! Ihanganire rero ishikirizabutumwa ku bw’Imana Allah, maze wihanganire n’ibangamira ry’abaguhakana; mu vy’ukuri wewe, Tugushinze ijisho nta kigukorako urakingiwe, uheze uninahaze n’Imana yawe Rurema Allah mu kuyishimagiza mu gihe ugiye gusenga no mu gihe uvyutse; info
التفاسير: