Përkthimi i kuptimeve të Kuranit Fisnik - Përkthimi kirundisht - Jusuf Ghaiti

external-link copy
114 : 3

يُؤۡمِنُونَ بِٱللَّهِ وَٱلۡيَوۡمِ ٱلۡأٓخِرِ وَيَأۡمُرُونَ بِٱلۡمَعۡرُوفِ وَيَنۡهَوۡنَ عَنِ ٱلۡمُنكَرِ وَيُسَٰرِعُونَ فِي ٱلۡخَيۡرَٰتِۖ وَأُوْلَٰٓئِكَ مِنَ ٱلصَّٰلِحِينَ

Bemera Imana Allah n’umusi w’imperuka, bakabwiriza no gukora ivyiza vy’ubwoko bwose bakanabuza gukora ibibi vy’ubwoko bwose, bakanahurumbira gukora ivyiza. Abo ni na bo rero bari mu beranda; info
التفاسير: