Vertaling van de betekenissen Edele Qur'an - Kirundi vertaling - Yoessoef Gahiti

external-link copy
45 : 54

سَيُهۡزَمُ ٱلۡجَمۡعُ وَيُوَلُّونَ ٱلدُّبُرَ

Bose hamwe mu runani rwabo, bazotsindwa baneshwe n’abemeramana, maze batungwe n’ayo bameze[3]. info

[3] Vyarashitse koko abagarariji baraneshwa ku rugamba rwa Badri, bamwe muri bo baricwa, abandi bagirwa imbohe; abacitse kw’icumu na bo banyaga amagara barata barahunga batazambaye.

التفاسير: