Vertaling van de betekenissen Edele Qur'an - Kirundi vertaling - Yoessoef Gahiti

external-link copy
35 : 54

نِّعۡمَةٗ مِّنۡ عِندِنَاۚ كَذَٰلِكَ نَجۡزِي مَن شَكَرَ

Ku nema y’impuhwe zacu Twagiriye nya muryango. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twahemvye Luutwi n’umuryango wiwe Tukabarokora mu bihano - Duhemba uwutwemera akanashima inema zacu. info
التفاسير: