Vertaling van de betekenissen Edele Qur'an - Kirundi vertaling - Yoessoef Gahiti

external-link copy
159 : 4

وَإِن مِّنۡ أَهۡلِ ٱلۡكِتَٰبِ إِلَّا لَيُؤۡمِنَنَّ بِهِۦ قَبۡلَ مَوۡتِهِۦۖ وَيَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِ يَكُونُ عَلَيۡهِمۡ شَهِيدٗا

Mu bahawe Igitabu rero, nta n’umwe atazokwemera vy’ukuri Intumwa Isa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) igihe yagarutse kw’isi mu bihe vy’iherezo, imbere yuko isango ryo guhwera kwayo rigera. Kandi ku musi w’izuka, Intumwa Isa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) izobera icabona abayemeye muri bo, yagirize n’abayigararije mu kubeshuza ivyo bayirementanirije. info
التفاسير: