Vertaling van de betekenissen Edele Qur'an - Kirundi vertaling - Yoessoef Gahiti

external-link copy
191 : 3

ٱلَّذِينَ يَذۡكُرُونَ ٱللَّهَ قِيَٰمٗا وَقُعُودٗا وَعَلَىٰ جُنُوبِهِمۡ وَيَتَفَكَّرُونَ فِي خَلۡقِ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِ رَبَّنَا مَا خَلَقۡتَ هَٰذَا بَٰطِلٗا سُبۡحَٰنَكَ فَقِنَا عَذَابَ ٱلنَّارِ

Barya baninahaza bagatazira Imana Allah bahagaze, bicaye canke baryamiye urubavu, bakanaguma biyumvira ubushobozi bw’Imana Allah mu kurema amajuru indwi n’isi, bagaheza bakavuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Ntiwaremeye ubusa ibi vyose! Ininahazwa ni iryawe Mana, turagusavye rero Udukingire ibihano vy’umuriro udahera; info
التفاسير: