Vertaling van de betekenissen Edele Qur'an - Kirundi vertaling - Yoessoef Gahiti

external-link copy
58 : 12

وَجَآءَ إِخۡوَةُ يُوسُفَ فَدَخَلُواْ عَلَيۡهِ فَعَرَفَهُمۡ وَهُمۡ لَهُۥ مُنكِرُونَ

Haciye imyaka itari mike rero, ni ho benewabo na Yusufu bashengera muri Misiri bomowe n’amapfa yabateye, maze binjira kwa Yusufu, na we aca arabamenya ariko bobo ntibamumenya bivanye n’igihe kitari gito cari giheze; info
التفاسير: