Fassarar Ma'anonin Alqura'ni - Fassarar Kirundiyanci - Yusuf Ghaiti

external-link copy
48 : 17

ٱنظُرۡ كَيۡفَ ضَرَبُواْ لَكَ ٱلۡأَمۡثَالَ فَضَلُّواْ فَلَا يَسۡتَطِيعُونَ سَبِيلٗا

Ntumwa y’Imana! Ehe raba ukuntu ababangikanyamana bakugize iciro ry’umugani ko uri umurozi wakehewe n’ubwenge, maze barahuba, eka ntibashobora no gutumbera inzira igororotse y’ukuri. info
التفاسير: