Qurani Kərimin mənaca tərcüməsi - Kirundi dilinə tərcümə - Yusif Qəhiti.

external-link copy
25 : 3

فَكَيۡفَ إِذَا جَمَعۡنَٰهُمۡ لِيَوۡمٖ لَّا رَيۡبَ فِيهِ وَوُفِّيَتۡ كُلُّ نَفۡسٖ مَّا كَسَبَتۡ وَهُمۡ لَا يُظۡلَمُونَ

Mbega bizobagendera gute! Igihe Twebwe Allah Twabegeranije ku musi w’izuka ata makenga ko uzoshika, maze umwe wese mu bantu agatunganirizwa ku ndishi y’ivyo yarondeye, ntibazonarenganywa mu kurenza urugero rw’ibihano canke mu kugabanya indishi. info
التفاسير: