የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - የኪሩንድኛ ትርጉም - ዩሱፍ ግሂቲ

external-link copy
164 : 4

وَرُسُلٗا قَدۡ قَصَصۡنَٰهُمۡ عَلَيۡكَ مِن قَبۡلُ وَرُسُلٗا لَّمۡ نَقۡصُصۡهُمۡ عَلَيۡكَۚ وَكَلَّمَ ٱللَّهُ مُوسَىٰ تَكۡلِيمٗا

Twaranarungitse n’Intumwa Twamaze kukudondagurira ido n’ido amazina yazo, n’izindi Tutakudondaguriye ku mvo Tuzi. Imana Allah Yaranavuganye ukuri kwamye n’Intumwa Musa[27]. info

[27] Iyi Aayah, irerekana ko Imana Allah Ivuga mu buryo bukwiranye n’icubahiro cayo, kandi ko Yavuganye n’Intumwa Musa ata muhuza aciye hagati.

التفاسير: