Қуръони Карим маъноларининг таржимаси - Кирунди тили таржимаси - Юсуф Ғҳейти

external-link copy
129 : 9

فَإِن تَوَلَّوۡاْ فَقُلۡ حَسۡبِيَ ٱللَّهُ لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَۖ عَلَيۡهِ تَوَكَّلۡتُۖ وَهُوَ رَبُّ ٱلۡعَرۡشِ ٱلۡعَظِيمِ

Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana n’indyarya, nibirengagiza kukwemera, urababwira uti: “Iyikwiye kumpagararira muri vyose, ni Imana Allah; nta yindi mana ikwiye gusengwa vy’ukuri atari Yo, ni Yo nishimikije nkizera mu vyanje vyose, ni na Yo Mana Rurema w’Ubuhangamo bwayo buhambaye[36]”. info

[36] Ubuhangamo bw’Imana Allah “ARSH”, ni co kiremwa amahanga gihambaye kuruta ibindi biremwa vyose.

التفاسير: