Қуръони Карим маъноларининг таржимаси - Кирунди тили таржимаси - Юсуф Ғҳейти

external-link copy
215 : 2

يَسۡـَٔلُونَكَ مَاذَا يُنفِقُونَۖ قُلۡ مَآ أَنفَقۡتُم مِّنۡ خَيۡرٖ فَلِلۡوَٰلِدَيۡنِ وَٱلۡأَقۡرَبِينَ وَٱلۡيَتَٰمَىٰ وَٱلۡمَسَٰكِينِ وَٱبۡنِ ٱلسَّبِيلِۗ وَمَا تَفۡعَلُواْ مِنۡ خَيۡرٖ فَإِنَّ ٱللَّهَ بِهِۦ عَلِيمٞ

Muvugishwamana! Ingendanyi zawe zirakubaza ico zotanga n’abo zogiha! Zishure uti: “Ni ivyo mushoboye gutanga mu vyiza bivuye mu matungo yanyu mukabihereza abavyeyi, incuti za hafi mu muryango, impfuvyi, abakene hamwe rero n’abakehaniwe ku rugendo. N’ikindi ico ari co cose muzokora mu vyiza, mu vy’ukuri Imana Allah Irakizi kandi Izokibahembera”. info
التفاسير: