قۇرئان كەرىم مەنىلىرىنىڭ تەرجىمىسى - كىرۇندىچە تەرجىمىسى- يۇسۇف غەيىتى

external-link copy
34 : 24

وَلَقَدۡ أَنزَلۡنَآ إِلَيۡكُمۡ ءَايَٰتٖ مُّبَيِّنَٰتٖ وَمَثَلٗا مِّنَ ٱلَّذِينَ خَلَوۡاْ مِن قَبۡلِكُمۡ وَمَوۡعِظَةٗ لِّلۡمُتَّقِينَ

Bemeramana! Ni ukuri, Twarabamanuriye Aayah za Qor’ani zitomoye zigaragaza ukuri, Tubacira n’agace ku vyashikiye abantu b’aho hambere yanyu, kugira bibere inkebuzo n’inyigisho abagamburukiramana. info
التفاسير: