Kur'an-ı Kerim meal tercümesi - Kirundice Tercüme - Yusuf Gheyti

external-link copy
152 : 7

إِنَّ ٱلَّذِينَ ٱتَّخَذُواْ ٱلۡعِجۡلَ سَيَنَالُهُمۡ غَضَبٞ مِّن رَّبِّهِمۡ وَذِلَّةٞ فِي ٱلۡحَيَوٰةِ ٱلدُّنۡيَاۚ وَكَذَٰلِكَ نَجۡزِي ٱلۡمُفۡتَرِينَ

Mu vy’ukuri, abafashe igishusho c’ishashi y’inka bakagisenga, bazoshikirwa n’ishavu ry’Imana yabo Rurema Allah, banasuzugurike mu buzima bwo kw’isi kubera igarariza ry’Imana Allah. Ni nk’ukwo nyene rero Duhemba abarementanya ivyadukano mw’idini. info
التفاسير: