Kur'an-ı Kerim meal tercümesi - Kirundice Tercüme - Yusuf Gheyti

external-link copy
31 : 22

حُنَفَآءَ لِلَّهِ غَيۡرَ مُشۡرِكِينَ بِهِۦۚ وَمَن يُشۡرِكۡ بِٱللَّهِ فَكَأَنَّمَا خَرَّ مِنَ ٱلسَّمَآءِ فَتَخۡطَفُهُ ٱلطَّيۡرُ أَوۡ تَهۡوِي بِهِ ٱلرِّيحُ فِي مَكَانٖ سَحِيقٖ

Maze rero musenge Imana Imwe Rudende Allah, mwicishije bugufi mutayibangikanya n’ikintu na kimwe; burya rero uwubangikanije Imana Allah n’ikintu na kimwe ari kure y’ukurongoka; ameze nk’umuntu ahanantutse avuye mu kirere[4], maze inyoni zikamusamira hejuru zimutabaguratabagura, canke hakaza igihuhusi kikamujugunya iyo catawe; info

[4] Ako ni akarorero k’umuntu aretse kwemera agahitamwo kugarariza.

التفاسير: