ශුද්ධවූ අල් කුර්ආන් අර්ථ කථනය - කිරුන්දි පරිවර්තනය - යූසුෆ් ගහීටි

external-link copy
43 : 9

عَفَا ٱللَّهُ عَنكَ لِمَ أَذِنتَ لَهُمۡ حَتَّىٰ يَتَبَيَّنَ لَكَ ٱلَّذِينَ صَدَقُواْ وَتَعۡلَمَ ٱلۡكَٰذِبِينَ

Ntumwa y’Imana! Urakababarirwa n’Imana Allah ku kureka gukora icari gikenewe kurusha. Ni ku mvo nyabaki warekuriye indyarya gusiba ku rugamba, utabanje gutohoza ko muri zo harimwo izatanze ivyireguzo vy’ukuri ngo umenye n’izabeshe! info
التفاسير: