ශුද්ධවූ අල් කුර්ආන් අර්ථ කථනය - කිරුන්දි පරිවර්තනය - යූසුෆ් ගහීටි

external-link copy
33 : 9

هُوَ ٱلَّذِيٓ أَرۡسَلَ رَسُولَهُۥ بِٱلۡهُدَىٰ وَدِينِ ٱلۡحَقِّ لِيُظۡهِرَهُۥ عَلَى ٱلدِّينِ كُلِّهِۦ وَلَوۡ كَرِهَ ٱلۡمُشۡرِكُونَ

Imana Allah, ni Yo Yarungikanye Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) Igitabu ca Qor’ani n’idini ry’ubwislamu, kugira iryo dini riganze ayandi madini yose n’aho vyobabaza ababangikanyamana. info
التفاسير: