ශුද්ධවූ අල් කුර්ආන් අර්ථ කථනය - කිරුන්දි පරිවර්තනය - යූසුෆ් ගහීටි

external-link copy
61 : 4

وَإِذَا قِيلَ لَهُمۡ تَعَالَوۡاْ إِلَىٰ مَآ أَنزَلَ ٱللَّهُ وَإِلَى ٱلرَّسُولِ رَأَيۡتَ ٱلۡمُنَٰفِقِينَ يَصُدُّونَ عَنكَ صُدُودٗا

Iyo zihanuwe ziti: “Nimuze mwubahirize ivyamanuwe n’Imana Allah, muheze mukurikire Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah)”, ubona zikwirengagije nya kwirengagiza; info
التفاسير: