ශුද්ධවූ අල් කුර්ආන් අර්ථ කථනය - කිරුන්දි පරිවර්තනය - යූසුෆ් ගහීටි

external-link copy
3 : 29

وَلَقَدۡ فَتَنَّا ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِهِمۡۖ فَلَيَعۡلَمَنَّ ٱللَّهُ ٱلَّذِينَ صَدَقُواْ وَلَيَعۡلَمَنَّ ٱلۡكَٰذِبِينَ

Ni ukuri Twebwe Allah, Twaragerageje mu buryo butandukanye abantu bo hambere yabo inyuma y’ukubarungikira Intumwa. Burya Imana Allah, ni ukuri Izogaragariza abantu ku vyo Isanzwe Izi, ukuri kw’abemeye vy’ukuri muri bo, n’ikinyoma c’abemeye gusa ku karimi bitavuye ku mutima, maze hamenyekane imvugakuri n’umunyakinyoma. Izoheza rero Ihembere umugwi wose muri yo ivyo wakoze. info
التفاسير: