ශුද්ධවූ අල් කුර්ආන් අර්ථ කථනය - කිරුන්දි පරිවර්තනය - යූසුෆ් ගහීටි

external-link copy
103 : 21

لَا يَحۡزُنُهُمُ ٱلۡفَزَعُ ٱلۡأَكۡبَرُ وَتَتَلَقَّىٰهُمُ ٱلۡمَلَٰٓئِكَةُ هَٰذَا يَوۡمُكُمُ ٱلَّذِي كُنتُمۡ تُوعَدُونَ

Intureka zihambaye z’uwo musi ntizizobatera ubwoba namba, bazokwakirwa n’abamalayika babakeza bati: “Uwu ni wo musi wanyu mwasezeraniwe ko muzohemberwa ivyo mwakoze”; info
التفاسير: