Ibisobanuro bya qoran ntagatifu - Ibisobanuro bya Qur'an mu rurimi rw'ikinyarwanda - Yusuf Ghayiti

external-link copy
116 : 9

إِنَّ ٱللَّهَ لَهُۥ مُلۡكُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِۖ يُحۡيِۦ وَيُمِيتُۚ وَمَا لَكُم مِّن دُونِ ٱللَّهِ مِن وَلِيّٖ وَلَا نَصِيرٖ

Mu vy’ukuri, Imana Allah ni Nyenubwami Igaba Ikaganza amajuru n’isi n’ibiri muri vyo [34]. Itanga ubuzima Ikanabwaka. Bantu mugabitaniriza Imana Allah! Nimumenye ko ata n’umwe mworonka atari Imana Allah yobahagarikira akabatunganiriza ivyanyu, eka mbere nta n’uwobatabara akabakingira ibihano vyayo. info

[34] Ni na co gituma Imana Allah Idakwiye kubangikanywa mu kurema kwayo, mw’itunganiriza ry’ibiremwa, mu bumana bwayo no mu gushinga amateka kwayo.

التفاسير: