Ibisobanuro bya qoran ntagatifu - Ibisobanuro bya Qur'an mu rurimi rw'ikinyarwanda - Yusuf Ghayiti

external-link copy
3 : 49

إِنَّ ٱلَّذِينَ يَغُضُّونَ أَصۡوَٰتَهُمۡ عِندَ رَسُولِ ٱللَّهِ أُوْلَٰٓئِكَ ٱلَّذِينَ ٱمۡتَحَنَ ٱللَّهُ قُلُوبَهُمۡ لِلتَّقۡوَىٰۚ لَهُم مَّغۡفِرَةٞ وَأَجۡرٌ عَظِيمٌ

Mu vy’ukuri, abaca bugufi mu kutarenza urwamo Intumwa y’Imana, igihe bari kumwe na yo; abo, ni bo Imana Allah Yagerageje imishaha yabo, maze Irayeza mu kuyishikana kw’igamburukiramana, bazogumirizwa akabanga ku vyaha vyabo, vyirengagizwe ntibabihanirwe, bazonaronka n’impano zihambaye kandi zamaho mu Bwami bw’ijuru. info
التفاسير: