Ibisobanuro bya qoran ntagatifu - Ibisobanuro bya Qur'an mu rurimi rw'ikinyarwanda - Yusuf Ghayiti

external-link copy
75 : 3

۞ وَمِنۡ أَهۡلِ ٱلۡكِتَٰبِ مَنۡ إِن تَأۡمَنۡهُ بِقِنطَارٖ يُؤَدِّهِۦٓ إِلَيۡكَ وَمِنۡهُم مَّنۡ إِن تَأۡمَنۡهُ بِدِينَارٖ لَّا يُؤَدِّهِۦٓ إِلَيۡكَ إِلَّا مَا دُمۡتَ عَلَيۡهِ قَآئِمٗاۗ ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمۡ قَالُواْ لَيۡسَ عَلَيۡنَا فِي ٱلۡأُمِّيِّـۧنَ سَبِيلٞ وَيَقُولُونَ عَلَى ٱللَّهِ ٱلۡكَذِبَ وَهُمۡ يَعۡلَمُونَ

Burya mu bayahudi bahawe Igitabu, harimwo uwo uramutse umwizeye ukamubitsa amatungo menshi ayagusubiza adahemutse; harimwo rero n’uwo ugize ngo uramwizeye ukamubitsa idinari rimwe ahemuka, ntarigusubize kiretse igihe umwishuje n’agahato. Ivyo biterwa n’uko bihagira amatungo y’abandi bakavuga bati: “Nta caha kuri twebwe kiri mu kwihereza amatungo y’abatazi gusoma no kwandika”, bakanavuga babeshera Imana Allah ko Yabarekuriye kwihereza nya matungo kandi bazi ko babesha. info
التفاسير: