Tradução dos significados do Nobre Qur’an. - Tradução quirundi - Yusuf Ghahiti

external-link copy
155 : 3

إِنَّ ٱلَّذِينَ تَوَلَّوۡاْ مِنكُمۡ يَوۡمَ ٱلۡتَقَى ٱلۡجَمۡعَانِ إِنَّمَا ٱسۡتَزَلَّهُمُ ٱلشَّيۡطَٰنُ بِبَعۡضِ مَا كَسَبُواْۖ وَلَقَدۡ عَفَا ٱللَّهُ عَنۡهُمۡۗ إِنَّ ٱللَّهَ غَفُورٌ حَلِيمٞ

Mu vy’ukuri, abahunze muri mwebwe ku rugamba rwa Uhudi, umusi abemeramana bahangana n’ababangikanyamana, ni ukuri shetani yabanyereje muri ico caha bitewe na bimwe mu vyaha bakoze, ni ukuri Imana Allah Yarabababariye ntiyabahana. Mu vy’ukuri, Imana Allah ni Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenubwitonzi-ntangere. info
التفاسير: