وه‌رگێڕانی ماناكانی قورئانی پیرۆز - وەرگێڕاوی كیروندی - یوسف غهيتی

external-link copy
9 : 4

وَلۡيَخۡشَ ٱلَّذِينَ لَوۡ تَرَكُواْ مِنۡ خَلۡفِهِمۡ ذُرِّيَّةٗ ضِعَٰفًا خَافُواْ عَلَيۡهِمۡ فَلۡيَتَّقُواْ ٱللَّهَ وَلۡيَقُولُواْ قَوۡلٗا سَدِيدًا

Abahagarikiye impfuvyi, bategerezwa gutinya kuzirenganya; nka kurya batinya kurenganywa no kwangazwa kw’abana babo mu gihe bobasiga ari impfuvyi. Baratinya rero Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, mu gucungera amatungo no kurera impfuvyi ata kuzibangamira, baheze banaziyagishe neza mu kuzihumuriza. info
التفاسير: