وه‌رگێڕانی ماناكانی قورئانی پیرۆز - وەرگێڕاوی كیروندی - یوسف غهيتی

external-link copy
16 : 19

وَٱذۡكُرۡ فِي ٱلۡكِتَٰبِ مَرۡيَمَ إِذِ ٱنتَبَذَتۡ مِنۡ أَهۡلِهَا مَكَانٗا شَرۡقِيّٗا

Ntumwa y’Imana! Iganira kandi abantu inkuru ya Mariyamu iri muri Qor’ani, igihe yaja kure y’umuryango wiwe, amaja mu buseruko bw’aho bari; info
التفاسير: