クルアーンの対訳 - キルンディ語対訳 - Yusuf Ghayiti

external-link copy
7 : 60

۞ عَسَى ٱللَّهُ أَن يَجۡعَلَ بَيۡنَكُمۡ وَبَيۡنَ ٱلَّذِينَ عَادَيۡتُم مِّنۡهُم مَّوَدَّةٗۚ وَٱللَّهُ قَدِيرٞۚ وَٱللَّهُ غَفُورٞ رَّحِيمٞ

Kumbure Imana Allah Izobakundanisha, mwebwe n’abo mwankanye mu bagararije mu bavandimwe banyu, biciye mu kwemera bakaba abislamu. Burya Imana Allah, ni Mushoboravyose; Imana Allah, ni na Yo Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. info
التفاسير: