クルアーンの対訳 - キルンディ語対訳 - Yusuf Ghayiti

external-link copy
40 : 4

إِنَّ ٱللَّهَ لَا يَظۡلِمُ مِثۡقَالَ ذَرَّةٖۖ وَإِن تَكُ حَسَنَةٗ يُضَٰعِفۡهَا وَيُؤۡتِ مِن لَّدُنۡهُ أَجۡرًا عَظِيمٗا

Mu vy’ukuri, Imana Allah ntirenganya na gato, n’aho koba akantu kangana n’inzatsa. Iciza rero, n’iyo coba kingana n’inzatsa, Imana Allah Iraheza Ikakigwiza, Ikanaha uwagikoze impembo ihambaye y’Ubwami bw’ijuru. info
التفاسير: