クルアーンの対訳 - キルンディ語対訳 - Yusuf Ghayiti

external-link copy
45 : 17

وَإِذَا قَرَأۡتَ ٱلۡقُرۡءَانَ جَعَلۡنَا بَيۡنَكَ وَبَيۡنَ ٱلَّذِينَ لَا يُؤۡمِنُونَ بِٱلۡأٓخِرَةِ حِجَابٗا مَّسۡتُورٗا

Ntumwa y'Imana! Iyo usomye Qor’ani, maze ababangikanyamana bakayumva, mu kubahanira ubutumva bwabo, Duca Dushira ipaziya hagati yawe n’abatemera ubuzima bw’inyuma yo gupfa, maze nya paziya igatuma badatahura Qor’ani; info
التفاسير: