クルアーンの対訳 - キルンディ語対訳 - Yusuf Ghayiti

external-link copy
119 : 16

ثُمَّ إِنَّ رَبَّكَ لِلَّذِينَ عَمِلُواْ ٱلسُّوٓءَ بِجَهَٰلَةٖ ثُمَّ تَابُواْ مِنۢ بَعۡدِ ذَٰلِكَ وَأَصۡلَحُوٓاْ إِنَّ رَبَّكَ مِنۢ بَعۡدِهَا لَغَفُورٞ رَّحِيمٌ

Hanyuma rero, mu vy’ukuri abacumuye ku kutamenya inkurikizi y’ukwo gucumura, mu nyuma bakigaya ibicumuro vyabo, maze bakikebuka bakanatunganya ibikorwa vyiza bitegetswe, mu vy’ukuri Imana yawe Rurema Allah, inyuma y’ukwigaya kwabo, Irabababarira, ni Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. info
التفاسير: