クルアーンの対訳 - キルンディ語対訳 - Yusuf Ghayiti

external-link copy
57 : 12

وَلَأَجۡرُ ٱلۡأٓخِرَةِ خَيۡرٞ لِّلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَكَانُواْ يَتَّقُونَ

Kandi ni ukuri, impembo yo mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni yo nziza gusumba iyo mu buzima bwo kw’isi ku bemeramana batinya Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo. info
التفاسير: