Traduzione dei Significati del Sacro Corano - Traduzione kirundi - Yusuf Gahiti

external-link copy
41 : 4

فَكَيۡفَ إِذَا جِئۡنَا مِن كُلِّ أُمَّةِۭ بِشَهِيدٖ وَجِئۡنَا بِكَ عَلَىٰ هَٰٓؤُلَآءِ شَهِيدٗا

Mbega abantu bazomererwa gute ku musi w’izuka, igihe Twebwe Allah Twarengukije mu mugwi uwo ari wo wose w’abantu, Intumwa warungikiwe kugira iwagirize ku vyo wakoze, Tugashoka Tukurengutsa na wewe Muhamadi kugira wagirize abo warungitsweko, ko wabashikirije ubutumwa buvuye ku Mana yawe Rurema Allah! info
التفاسير: