Traduction des sens du Noble Coran - La traduction kirundi - Youssef Ghahiti

external-link copy
17 : 9

مَا كَانَ لِلۡمُشۡرِكِينَ أَن يَعۡمُرُواْ مَسَٰجِدَ ٱللَّهِ شَٰهِدِينَ عَلَىٰٓ أَنفُسِهِم بِٱلۡكُفۡرِۚ أُوْلَٰٓئِكَ حَبِطَتۡ أَعۡمَٰلُهُمۡ وَفِي ٱلنَّارِ هُمۡ خَٰلِدُونَ

Nta ho vyakabaye ko ababangikanyamana bubaka bakitwararika imisigiti y’Imana Allah, kandi basanzwe bemanga ko bagarariza Imana Allah bakanayibangikanya. Abo ni bo rero, ibikorwa vyabo bizoba impfagusa ku musi w’izuka, bashoke bashirwa mu muriro ibihe bidahera. info
التفاسير: