Traduction des sens du Noble Coran - La traduction kirundi - Youssef Ghahiti

external-link copy
17 : 3

ٱلصَّٰبِرِينَ وَٱلصَّٰدِقِينَ وَٱلۡقَٰنِتِينَ وَٱلۡمُنفِقِينَ وَٱلۡمُسۡتَغۡفِرِينَ بِٱلۡأَسۡحَارِ

Abihanganira kuguma bakora ivyiza bitegetswe bakiyubara gucumura, imvugakuri, abicisha bugufi ku Mana Allah, abatanga mw’ibanga no ku mugaragaro hamwe rero n’abatakamba basaba imbabazi mu bucagucagu. info
التفاسير: