Traduction des sens du Noble Coran - La traduction kirundi - Youssef Ghahiti

external-link copy
36 : 21

وَإِذَا رَءَاكَ ٱلَّذِينَ كَفَرُوٓاْ إِن يَتَّخِذُونَكَ إِلَّا هُزُوًا أَهَٰذَا ٱلَّذِي يَذۡكُرُ ءَالِهَتَكُمۡ وَهُم بِذِكۡرِ ٱلرَّحۡمَٰنِ هُمۡ كَٰفِرُونَ

Ntumwa y’Imana! Iyo abagarariji bakubonye, baraguteburako bati: “Mbega uyu, ni we anebagura imana zanyu!”, kandi na bo bihakana inema za Nyenimpuhwe Allah, bakanagarariza Qor’ani! info
التفاسير: