ترجمهٔ معانی قرآن کریم - ترجمه‌ى روندی - يوسف غهيتى

external-link copy
126 : 4

وَلِلَّهِ مَا فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَمَا فِي ٱلۡأَرۡضِۚ وَكَانَ ٱللَّهُ بِكُلِّ شَيۡءٖ مُّحِيطٗا

Imana Allah ni Yo Rugaba Igaba Ikaganza ibiri mu majuru n’ibiri mw’isi n’ibiri hagati yavyo. Burya Imana Allah mu bumenyi bwayo Yamye Ikikuje ibintu vyose, nta kiyinyegeje muri vyo. info
التفاسير: