Traducción de los significados del Sagrado Corán - Traducción al Kirundi - Yusuf Ghahiti

external-link copy
149 : 7

وَلَمَّا سُقِطَ فِيٓ أَيۡدِيهِمۡ وَرَأَوۡاْ أَنَّهُمۡ قَدۡ ضَلُّواْ قَالُواْ لَئِن لَّمۡ يَرۡحَمۡنَا رَبُّنَا وَيَغۡفِرۡ لَنَا لَنَكُونَنَّ مِنَ ٱلۡخَٰسِرِينَ

Bene Israyeli basenze nya gishusho c’ishashi y’inka mu gishingo c’Imana Allah, igihe baboneye neza ko mu vy’ukuri bahuvye inzira bakicuza, bahavuye bigaya, bavuga bati: “Imana yacu Rurema Allah, nitatugirira impuhwe Ikatwakirira ukwigaya kwacu, Ikanatugumiriza akabanga ku vyaha vyacu ntibiduhanire, ni ukuri tuzoba turi mu bantu bahomvye ubuzima bwabo”. info
التفاسير: