Traducción de los significados del Sagrado Corán - Traducción al Kirundi - Yusuf Ghahiti

external-link copy
140 : 7

قَالَ أَغَيۡرَ ٱللَّهِ أَبۡغِيكُمۡ إِلَٰهٗا وَهُوَ فَضَّلَكُمۡ عَلَى ٱلۡعَٰلَمِينَ

Musa yabandanije ababwira ati: “Mbega hari ikitari Imana Allah nobipfuriza ko musenga, kandi ari Yo Yabaremye Ikabahesha icubahiro gisumba ibindi biremwa mu gihe canyu; mu kubarungikamwo Intumwa nyinshi, mu guhonya abansi banyu hamwe no kubereka ibitangaro!”. info
التفاسير: