Translation of the Meanings of the Noble Qur'an - Kirundi translation - Yusuf Gheti

external-link copy
6 : 98

إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ مِنۡ أَهۡلِ ٱلۡكِتَٰبِ وَٱلۡمُشۡرِكِينَ فِي نَارِ جَهَنَّمَ خَٰلِدِينَ فِيهَآۚ أُوْلَٰٓئِكَ هُمۡ شَرُّ ٱلۡبَرِيَّةِ

Mu vy’ukuri, abagararije mu bahawe Igitabu n’ababangikanyamana, bazohanwa mu muriro wa Jahannamu, bazowubamwo ibihe bidahera. Abo rero, ni bo babi cane mu biremwa. info
التفاسير: