Translation of the Meanings of the Noble Qur'an - Kirundi translation - Yusuf Gheti

external-link copy
32 : 80

مَّتَٰعٗا لَّكُمۡ وَلِأَنۡعَٰمِكُمۡ

Twaremye ivyo vyose, kugira muryoherwe, mwebwe n’ibitungwa vyanyu, muvyikoreko. info
التفاسير: