Translation of the Meanings of the Noble Qur'an - Kirundi translation - Yusuf Gheti

external-link copy
121 : 4

أُوْلَٰٓئِكَ مَأۡوَىٰهُمۡ جَهَنَّمُ وَلَا يَجِدُونَ عَنۡهَا مَحِيصٗا

Abazokurikira shetani, ni bo rero ubushikiro bwabo ari mu muriro wa Jahannamu, nta n’ubuhungiro bazoronka bwo kuwuvamwo. info
التفاسير: