Translation of the Meanings of the Noble Qur'an - Kirundi translation - Yusuf Gheti

external-link copy
19 : 35

وَمَا يَسۡتَوِي ٱلۡأَعۡمَىٰ وَٱلۡبَصِيرُ

Nta ho vyakabaye ko igipfamaso mu kutabona ukuri, gishobora kungana mu butore n’umuntu abona agakurikira inzira y’ukuri; info
التفاسير: