Translation of the Meanings of the Noble Qur'an - Kirundi translation - Yusuf Gheti

external-link copy
172 : 3

ٱلَّذِينَ ٱسۡتَجَابُواْ لِلَّهِ وَٱلرَّسُولِ مِنۢ بَعۡدِ مَآ أَصَابَهُمُ ٱلۡقَرۡحُۚ لِلَّذِينَ أَحۡسَنُواْ مِنۡهُمۡ وَٱتَّقَوۡاْ أَجۡرٌ عَظِيمٌ

Abitavye akamo batewe n’Imana Allah n’Intumwa yayo inyuma y’aho urugamba rwa Uhudi rurangiriye, maze bakaja gukurikirana ababangikanyamana ahitwa “Hamraa-a l-Asad”, mu gihe bagifise inguma n’agahinda ko kuneshwa, abagwaneza n’abagamburukiramana muri bo rero, bazoronka impano zihambaye kandi zamaho mu Bwami bw’ijuru; info
التفاسير: